Luka 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 kandi, ehe uzosama inda uvyare umuhungu+, kandi uze umwite Yezu+. Luka 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.
21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.