Itanguriro 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe. Abalewi 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku musi ugira umunani agashato* k’umubiri wa nya mwana kazogenyerwa+. Abagalatiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,
12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe.
4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,