Itanguriro 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe. Itanguriro 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Aburahamu agenyera Izahaki umuhungu wiwe amaze imisi umunani, nk’uko Imana yari yaramutegetse+. Luka 1:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Ku musi ugira umunani baza kugenyera nya mwana mutoyi+, kandi bagira bamwite izina rya se, ari ryo Zekariya. Luka 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+. Yohani 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni co gituma Musa yabahaye ukugenyerwa+—atari ukubera yuko kuva kuri Musa, ahubwo kubera yuko kuva kuri ba sogokuruza+—kandi muragenyera umuntu kw’isabato.
12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe.
4 Maze Aburahamu agenyera Izahaki umuhungu wiwe amaze imisi umunani, nk’uko Imana yari yaramutegetse+.
59 Ku musi ugira umunani baza kugenyera nya mwana mutoyi+, kandi bagira bamwite izina rya se, ari ryo Zekariya.
21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.
22 Ni co gituma Musa yabahaye ukugenyerwa+—atari ukubera yuko kuva kuri Musa, ahubwo kubera yuko kuva kuri ba sogokuruza+—kandi muragenyera umuntu kw’isabato.