Itanguriro 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umumarayika wa Yehova yongera kumubwira ati: “Ehe uribungenze; uzokwibaruka umuhungu kandi uze umwite Ishimayeli+; kuko Yehova yumvise amarushwa yawe+. Abacamanza 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu nyuma umumarayika wa Yehova abonekera uwo mugore+, amubwira ati: “Ehe ubu uri ingumba, ukaba ata mwana uravyara. Mugabo uzokwibungenga vy’ukuri, uvyare umuhungu+. Abagalatiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,
11 Umumarayika wa Yehova yongera kumubwira ati: “Ehe uribungenze; uzokwibaruka umuhungu kandi uze umwite Ishimayeli+; kuko Yehova yumvise amarushwa yawe+.
3 Mu nyuma umumarayika wa Yehova abonekera uwo mugore+, amubwira ati: “Ehe ubu uri ingumba, ukaba ata mwana uravyara. Mugabo uzokwibungenga vy’ukuri, uvyare umuhungu+.
4 Ariko aho iherezo ry’igihe gikwiye rimariye gushika+, Imana yaratumye Umwana wayo+, uwahavuye avyarwa n’umugore+ kandi akagabwa n’itegeko+,