Matayo 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Azovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yezu+, kuko azokiza+ abantu biwe+ ibicumuro vyabo+.” Luka 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.
21 Imisi umunani+ ikwiye yo kumugenyera+, bamwita Yezu+, rya zina umumarayika yamwita imbere y’uko asamwa inda+.