14 Kandi ategerezwa gucika nk’ikibanza ceranda+, mugabo nk’ibuye ryo kwikubitako n’igitandara co gutsitarako+ kuri za nzu za Isirayeli zompi, nk’umutego n’umushibuka ku baba i Yeruzalemu+.
34 Vyongeye, Simeyoni arabahezagira, mugabo abwira Mariya nyina wa nya mwana ati: “Ehe, uyu ashiriweho ugutemba+ n’ukwongera kuvyuka kwa benshi muri Isirayeli+ no kuba ikimenyetso co kuvugwa nabi+