Luka 1:76 Bibiliya y’isi nshasha 76 Mugabo weho ga mwana mutoyi, uzokwitwa umuhanuzi wa Musumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Yehova kugira utegure inzira ziwe+,
76 Mugabo weho ga mwana mutoyi, uzokwitwa umuhanuzi wa Musumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Yehova kugira utegure inzira ziwe+,