ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga+ ati: “Nimutunganye inzira ya Yehova+! Nimugororere Imana yacu inzira y’ikirari ica mu kiyaya c’ubugaragwa+.

  • Malaki 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Ehe ntumye intumwa yanje+, na yo izotunganya inzira imbere yanje+. Kandi bukwi na bukwi wa Mukama w’ukuri+ azoza ku rusengero rwiwe+, uwo mwebwe murondera, be na ya ntumwa+ y’isezerano+, iyo muhimbarirwa+. Ehe azoza koko,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze+.

  • Matayo 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nkako, uwo ni umwe yavugwa biciye kuri Yesaya umuhanuzi+ muri aya majambo ngo: “Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimutegure+ inzira ya Yehova! Mugorore amayira yiwe.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika