Matayo 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.” Luka 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Abafarizayo n’abanditsi babo baca batangura kwidodombera abigishwa biwe, bavuga bati: “Kubera iki musangira ibiribwa n’ibinyobwa n’abatozakori be n’abacumuzi+?”
19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”
30 Abafarizayo n’abanditsi babo baca batangura kwidodombera abigishwa biwe, bavuga bati: “Kubera iki musangira ibiribwa n’ibinyobwa n’abatozakori be n’abacumuzi+?”