Matayo 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo Abafarizayo ngo babibone, babwira abigishwa biwe bati: “Kubera iki umwigisha wanyu asangira n’abatozakori be n’abacumuzi+?” Mariko 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo abanditsi b’Abafarizayo* babonye ko ariko asangira n’abacumuzi be n’abatozakori, batangura kubwira abigishwa biwe bati: “Mbega arasangira n’abatozakori be n’abacumuzi+?” Luka 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku bw’ivyo, Abafarizayo n’abanditsi baguma bavugira mu ntamatama, bati: “Uyu muntu aha ikaze abacumuzi kandi agasangira na bo+.”
11 Mugabo Abafarizayo ngo babibone, babwira abigishwa biwe bati: “Kubera iki umwigisha wanyu asangira n’abatozakori be n’abacumuzi+?”
16 Mugabo abanditsi b’Abafarizayo* babonye ko ariko asangira n’abacumuzi be n’abatozakori, batangura kubwira abigishwa biwe bati: “Mbega arasangira n’abatozakori be n’abacumuzi+?”
2 Ku bw’ivyo, Abafarizayo n’abanditsi baguma bavugira mu ntamatama, bati: “Uyu muntu aha ikaze abacumuzi kandi agasangira na bo+.”