ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 32:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Hahiriwe umuntu umugararizo wiwe uhariwe, uwo igicumuro ciwe gipfutswe+.

  • Zaburi 103:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,

      Agakiza indwara zawe zose+,

  • Yesaya 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Nimuze rero tugorore ibintu hagati yacu,” ni ko Yehova avuga+. “Naho ibicumuro vyanyu vyoba bimeze nk’agahama, bizogirwa ivyera derere*+; naho vyoba bitukura nk’impuzu y’ibara ry’umutukutuku rihinze, bizocika nk’ubwoya bwera derere.

  • Matayo 18:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Shebuja w’uyo mushumba bimutera ikigongwe, aramureka+, ahanagura umwenda wiwe+.

  • Luka 7:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Kubera ico, ndabikubwiye, ibicumuro vyiwe, naho ari vyinshi, birababariwe+, kubera ko yagize urukundo rwinshi; mugabo uwubabariwe bike, agira urukundo ruke.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika