Matayo 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma bamuzanira umuntu amugaye aryamye ku gitanda+. Yezu abonye ukwizera kwabo, abwira ico kimuga ati: “Rema, kibondo; ibicumuro vyawe birababariwe+.” Mariko 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Yezu abonye ukwizera+ kwabo, abwira ico kimuga ati: “Kibondo, ibicumuro vyawe birababariwe+.”
2 Hanyuma bamuzanira umuntu amugaye aryamye ku gitanda+. Yezu abonye ukwizera kwabo, abwira ico kimuga ati: “Rema, kibondo; ibicumuro vyawe birababariwe+.”