Matayo 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu rero arangije guha amabwirizwa abigishwa biwe cumi na babiri, ava ng’aho aja kwigisha no kwamamaza mu bisagara vyabo+. Mariko 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko baragenda, baramamaza ngo abantu bigaye+;
11 Yezu rero arangije guha amabwirizwa abigishwa biwe cumi na babiri, ava ng’aho aja kwigisha no kwamamaza mu bisagara vyabo+.