Mariko 6:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru arabihezagira+, hanyuma amanyagura+ ya mikate atangura kuyiha abigishwa, kugira ngo bano bayishire imbere y’abantu; hanyuma agabura za fi zibiri ku bwa bose. Yohani 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Yezu atora nya mikate, hanyuma amaze gukenguruka, ayigaburira abari bicaye, na twa dufi nyene ku rugero bashaka+.
41 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru arabihezagira+, hanyuma amanyagura+ ya mikate atangura kuyiha abigishwa, kugira ngo bano bayishire imbere y’abantu; hanyuma agabura za fi zibiri ku bwa bose.
11 Nuko Yezu atora nya mikate, hanyuma amaze gukenguruka, ayigaburira abari bicaye, na twa dufi nyene ku rugero bashaka+.