Matayo 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ni ukuri, ndababwiye yuko hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona Umwana w’umuntu aza mu bwami bwiwe+.” Mariko 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ikigeretseko, abandanya kubabwira ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona ubwami bw’Imana bumaze kuza mu bubasha+.”
28 Ni ukuri, ndababwiye yuko hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona Umwana w’umuntu aza mu bwami bwiwe+.”
9 Ikigeretseko, abandanya kubabwira ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona ubwami bw’Imana bumaze kuza mu bubasha+.”