Matayo 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ni ukuri, ndababwiye yuko hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona Umwana w’umuntu aza mu bwami bwiwe+.” Luka 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo ndababwiye ukuri: Hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona ubwami bw’Imana+.” 1 Abakorinto 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ubwami bw’Imana butabonekera mu majambo, ahubwo bubonekera mu bubasha+.
28 Ni ukuri, ndababwiye yuko hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona Umwana w’umuntu aza mu bwami bwiwe+.”
27 Mugabo ndababwiye ukuri: Hariho bamwe mu bahagaze ng’aha batazohonja urupfu na gato batabanje kubona ubwami bw’Imana+.”