1 Abakorinto 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi imvugo yanje be n’ivyo namamaza ntivyarimwo amajambo anyura y’ubukerebutsi, ahubwo vyarimwo ukwigaragaza kw’impwemu n’ububasha+, 1 Abatesalonika 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kubera ko inkuru nziza twamamaza itaje iwanyu mu majambo gusa, ahubwo kandi yazananye ububasha+ n’impwemu nyeranda n’ukujijuka gukomeye+, nk’uko muzi uko twari tumeze kuri mwebwe ku bwanyu+;
4 kandi imvugo yanje be n’ivyo namamaza ntivyarimwo amajambo anyura y’ubukerebutsi, ahubwo vyarimwo ukwigaragaza kw’impwemu n’ububasha+,
5 kubera ko inkuru nziza twamamaza itaje iwanyu mu majambo gusa, ahubwo kandi yazananye ububasha+ n’impwemu nyeranda n’ukujijuka gukomeye+, nk’uko muzi uko twari tumeze kuri mwebwe ku bwanyu+;