Abakolosayi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Epafura+ umwe ava iwanyu, akaba ari umushumba wa Kristu Yezu, arabaramutsa; yama yihata ku bwanyu mu masengesho yiwe, kugira ngo amaherezo muhagarare mukwiye+ kandi mufise ukujijuka gushikamye mu kugomba kw’Imana kwose.
12 Epafura+ umwe ava iwanyu, akaba ari umushumba wa Kristu Yezu, arabaramutsa; yama yihata ku bwanyu mu masengesho yiwe, kugira ngo amaherezo muhagarare mukwiye+ kandi mufise ukujijuka gushikamye mu kugomba kw’Imana kwose.