Matayo 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu yishura ati: “Ewe wa yaruka ritagira ukwizera kandi rigoramanze+, nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Munzanire hano.” Mariko 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Aca ababwira ati: “Ewe wa yaruka ritagira ukwizera+, nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Munzanire+.”
17 Yezu yishura ati: “Ewe wa yaruka ritagira ukwizera kandi rigoramanze+, nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Munzanire hano.”
19 Aca ababwira ati: “Ewe wa yaruka ritagira ukwizera+, nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Munzanire+.”