2 Abami 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.”
29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.”