Yohani 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uwufise umugeni ni we mukwe+. Ariko umugenzi w’umukwe, iyo ahagaze amwumva, aragira akanyamuneza kenshi kubera ijwi rya nya mukwe. Ako kanyamuneza kanje rero karujujwe+.
29 Uwufise umugeni ni we mukwe+. Ariko umugenzi w’umukwe, iyo ahagaze amwumva, aragira akanyamuneza kenshi kubera ijwi rya nya mukwe. Ako kanyamuneza kanje rero karujujwe+.