1 Abakorinto 7:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo ivyo ndabivuze ku neza yanyu bwite, atari kugira ndabatege umutego, mugabo kugira ndabajane ku kibereye+ no ku cotuma muguma mukorera Umukama ata kibasamaza+.
35 Mugabo ivyo ndabivuze ku neza yanyu bwite, atari kugira ndabatege umutego, mugabo kugira ndabajane ku kibereye+ no ku cotuma muguma mukorera Umukama ata kibasamaza+.