Luka 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ariko Marita we yari yasamajwe+ no gukora udukorwa twinshi. Nuko, aregera, avuga ati: “Mukama, nta co bikubwiye kubona mwene wacu yantanye ibikorwa+? Mubwire rero aze amfashe.”
40 Ariko Marita we yari yasamajwe+ no gukora udukorwa twinshi. Nuko, aregera, avuga ati: “Mukama, nta co bikubwiye kubona mwene wacu yantanye ibikorwa+? Mubwire rero aze amfashe.”