-
Matayo 12:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Maze bamuzanira umugabo yiziziwe n’idayimoni, w’impumyi akaba n’ikiragi; na we aramukiza, ku buryo nya mugabo w’ikiragi avuga akongera akabona.
-