Zaburi 89:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+. Yesaya 40:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+. Yesaya 52:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.
10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+.
10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+.
10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.