Kuvayo 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Ramvurira ukuboko kwawe hejuru y’ikiyaga+, kugira amazi agaruke arengere Abanyamisiri, imikogote yabo y’intambara n’abarwanira ku mafarasi babo.” Zaburi 87:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:“Uyu ni uwahavukiye+.” Yesaya 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abanyamisiri ni ubusa gusa, kandi bazofashiriza ubusa gusa+. Ni co gituma uyo namwise ntya: “Rahabu+—ni abo kwiyicarira ata co binona.” Yesaya 51:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ikangure, ikangure, ambara inkomezi+, ewe kuboko kwa Yehova+! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu mayaruka yo mu bihe vyahise+. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu+, ugacumita ca gikoko amahero co mu kiyaga+?
26 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Ramvurira ukuboko kwawe hejuru y’ikiyaga+, kugira amazi agaruke arengere Abanyamisiri, imikogote yabo y’intambara n’abarwanira ku mafarasi babo.”
4 Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:“Uyu ni uwahavukiye+.”
7 Abanyamisiri ni ubusa gusa, kandi bazofashiriza ubusa gusa+. Ni co gituma uyo namwise ntya: “Rahabu+—ni abo kwiyicarira ata co binona.”
9 Ikangure, ikangure, ambara inkomezi+, ewe kuboko kwa Yehova+! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu mayaruka yo mu bihe vyahise+. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu+, ugacumita ca gikoko amahero co mu kiyaga+?