Zaburi 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Haguruka, Yehova we, mw’ishavu ryawe+;Vira hasi ugupfunduka kw’uburake bw’abanyanka+,Wikangure ku bwanje+, kuko watanze itegeko ku bw’urubanza+. Zaburi 44:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Vyuka! Kubera iki uguma usinziriye ga Yehova+?Ikangure! Ntugume udushibura ibihe bidahera+.
6 Haguruka, Yehova we, mw’ishavu ryawe+;Vira hasi ugupfunduka kw’uburake bw’abanyanka+,Wikangure ku bwanje+, kuko watanze itegeko ku bw’urubanza+.