Zaburi 89:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+. Yesaya 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abanyamisiri ni ubusa gusa, kandi bazofashiriza ubusa gusa+. Ni co gituma uyo namwise ntya: “Rahabu+—ni abo kwiyicarira ata co binona.” Yesaya 51:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ikangure, ikangure, ambara inkomezi+, ewe kuboko kwa Yehova+! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu mayaruka yo mu bihe vyahise+. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu+, ugacumita ca gikoko amahero co mu kiyaga+?
10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+.
7 Abanyamisiri ni ubusa gusa, kandi bazofashiriza ubusa gusa+. Ni co gituma uyo namwise ntya: “Rahabu+—ni abo kwiyicarira ata co binona.”
9 Ikangure, ikangure, ambara inkomezi+, ewe kuboko kwa Yehova+! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu mayaruka yo mu bihe vyahise+. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu+, ugacumita ca gikoko amahero co mu kiyaga+?