Zaburi 89:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+. Yesaya 53:1 Bibiliya y’isi nshasha 53 Ni nde yizeye ico twebwe twumvise+? Nayo ukuboko kwa Yehova+, ni nde kwahishuriwe+? Luka 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Yakoze ibikomeye n’ukuboko kwiwe+, yashwiragije abibona mu vyiyumviro vy’imitima yabo+.
10 Ni wewe wajanjaguye Rahabu+, mbere nk’uwishwe+.Biciye ku kuboko kw’inkomezi zawe, washwiragije abansi bawe+.