ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.”

  • Matayo 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Muri uwo mwanya Yezu aca avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ukabihishurira inzoya+.

  • Yohani 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntiwemera yuko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira sindabivuga ndavyibwiye; mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, akora ibikorwa vyiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika