Gusubira mu vyagezwe 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Mu gihe icari c’inyoni coba kiri imbere yawe mu nzira, mu giti ico ari co cose canke hasi, kirimwo ivyana+ canke amagi, kandi nyina ikaba ibundikiriye ivyo vyana canke amagi, ntuze utware nyina n’ivyana+. Matayo 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 None utujuri tubiri ntitugurishwa igiceri c’agaciro gatoya+? Yamara nta na kamwe muri two gakorokera hasi So atabizi+.
6 “Mu gihe icari c’inyoni coba kiri imbere yawe mu nzira, mu giti ico ari co cose canke hasi, kirimwo ivyana+ canke amagi, kandi nyina ikaba ibundikiriye ivyo vyana canke amagi, ntuze utware nyina n’ivyana+.
29 None utujuri tubiri ntitugurishwa igiceri c’agaciro gatoya+? Yamara nta na kamwe muri two gakorokera hasi So atabizi+.