Matayo 6:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko ntimukigere mwiganyira+ ngo: ‘Tuzorya iki?’, canke ngo: ‘Tuzonywa iki?’, canke ngo: ‘Tuzokwambara iki?’
31 Nuko ntimukigere mwiganyira+ ngo: ‘Tuzorya iki?’, canke ngo: ‘Tuzonywa iki?’, canke ngo: ‘Tuzokwambara iki?’