Luka 10:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umukama amwishura ati: “Marita, Marita, uriganyira+ kandi ugahagarika umutima ku bintu vyinshi+. Luka 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko nimureke kurondera ivyo mworya n’ivyo mwonywa, kandi mureke kwamiza umutima mu kirere mwiganyira+;
29 Nuko nimureke kurondera ivyo mworya n’ivyo mwonywa, kandi mureke kwamiza umutima mu kirere mwiganyira+;