ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 16:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 mu gitondo na ho muti: ‘Uno musi haza kwirirwa hakanye cane, kandi imvura irashobora kugwa, kuko ijuru ritukura nk’umuriro, mugabo rikaba ryiraburaniwe.’ Murazi gusobanura uko ijuru risa, mugabo ibimenyetso vy’ibihe ntimushobora kubisobanura+.]]

  • Luka 19:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 avuga ati: “Iyo wewe uza kumenya+ uno musi ibijanye n’amahoro—mugabo ubu bihishijwe amaso yawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika