ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umwe mu bandi batumire yumvise ivyo bintu, amubwira ati: “Hahiriwe uwurya umukate mu bwami bw’Imana+.”

  • Luka 22:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kuko ndabibabwiye: Sinzokwongera kuyirya kugeza ivyayo birangutse mu bwami bw’Imana+.”

  • Ivyakozwe 2:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Kuko umuhango+ ari uwanyu n’abana banyu be n’abari kure bose+, abo Yehova Imana yacu ashobora guhamagara bose ngo baze kuri we+.”

  • Ivyahishuwe 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi baririmba ururirimbo rushasha+, bati: “Urabereye gutora uwo muzingo no kumatura udushashara twawo, kuko wishwe, kandi ukoresheje amaraso+ yawe ukaba waguriye+ Imana+ abantu bo mu muryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose n’ihanga ryose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika