Luka 13:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ikigeretseko, abantu bazoza bavuye mu buseruko no mu burengero, mu buraruko no mu bumanuko+, bicare ku meza mu bwami bw’Imana+. Luka 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umwe mu bandi batumire yumvise ivyo bintu, amubwira ati: “Hahiriwe uwurya umukate mu bwami bw’Imana+.”
29 Ikigeretseko, abantu bazoza bavuye mu buseruko no mu burengero, mu buraruko no mu bumanuko+, bicare ku meza mu bwami bw’Imana+.
15 Umwe mu bandi batumire yumvise ivyo bintu, amubwira ati: “Hahiriwe uwurya umukate mu bwami bw’Imana+.”