Itanguriro 39:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Yehova abana na Yozefu, ku buryo aba umuntu aroranirwa+, arahava ashirwa hejuru y’inzu ya shebuja, Umunyamisiri. Zaburi 80:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ukuboko kwawe nikube ku muntu ari iburyo bwawe+,Ku mwana w’abantu wikomereje+,
2 Mugabo Yehova abana na Yozefu, ku buryo aba umuntu aroranirwa+, arahava ashirwa hejuru y’inzu ya shebuja, Umunyamisiri.