Matayo 23:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bakunda ikibanza kiboneka kuruta ibindi+ ku mfungurwa zo ku migoroba be n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi+, Luka 11:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Muragowe mwa Bafarizayo mwe, kubera ko mukunda ivyicaro vy’imbere mu masinagogi n’indamutso mu tuguriro+! Luka 20:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Mwiyubare abanditsi bipfuza kugendagenda bari mu makanzu, bagakunda n’indamutso mu tuguriro n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi, n’ibibanza biboneka kuruta ibindi ku mfungurwa zo ku migoroba+,
6 Bakunda ikibanza kiboneka kuruta ibindi+ ku mfungurwa zo ku migoroba be n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi+,
43 Muragowe mwa Bafarizayo mwe, kubera ko mukunda ivyicaro vy’imbere mu masinagogi n’indamutso mu tuguriro+!
46 “Mwiyubare abanditsi bipfuza kugendagenda bari mu makanzu, bagakunda n’indamutso mu tuguriro n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi, n’ibibanza biboneka kuruta ibindi ku mfungurwa zo ku migoroba+,