Nehemiya 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abandanya kubabwira ati: “Gende murye ibintu binuze, munywe n’ibintu bisosa, kandi murungikire imigabane+ umuntu ata co yateguriwe; kuko uwu musi ari mweranda ku Mukama wacu; ntimubabare, kuko akanyamuneza ka Yehova ari igihome gikomeye canyu.” Yobu 31:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimba nahora nankira abantu batobato ikibahimbara+,N’amaso y’umupfakazi ngatuma agwabira+, Imigani 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntubwire mugenzawe ngo: “Genda, uze ugaruke, ejo nzoguha,” kandi ufise ikintu+.
10 Abandanya kubabwira ati: “Gende murye ibintu binuze, munywe n’ibintu bisosa, kandi murungikire imigabane+ umuntu ata co yateguriwe; kuko uwu musi ari mweranda ku Mukama wacu; ntimubabare, kuko akanyamuneza ka Yehova ari igihome gikomeye canyu.”
16 Nimba nahora nankira abantu batobato ikibahimbara+,N’amaso y’umupfakazi ngatuma agwabira+, Imigani 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntubwire mugenzawe ngo: “Genda, uze ugaruke, ejo nzoguha,” kandi ufise ikintu+.