ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 6:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Nta woshobora gushumbira ba shebuja babiri; kuko azokwanka umwe akunde uwundi+, canke azokwumira kuri umwe asuzugure uwundi. Ntimushobora gushumbira Imana n’Ubutunzi+.

  • Luka 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nayo izaguye mu mahwa, abo ni abumvise, mugabo, kubera ugutwarwa n’amaganya n’ubutunzi n’ibinezereza+ vy’ubu buzima, bakanyohwa buhere ntihagire ico bashikana ku gutungana+.

  • 1 Timoteyo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.

  • 2 Timoteyo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko Dema+ yantaye kubera yuko yakunze ivy’iki gihe*+ akaja i Tesalonika; Keresansi yagiye i Galatiya+, Tito i Dalumatiya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika