Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.
2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.