Mariko 14:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Mugabo arabihakana, ati: “Eka sindamuzi mbere sintegera n’ivyo uriko uravuga,” aca arasohoka aja ku kazu k’ishikiro+. Yohani 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”
68 Mugabo arabihakana, ati: “Eka sindamuzi mbere sintegera n’ivyo uriko uravuga,” aca arasohoka aja ku kazu k’ishikiro+.
25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”