Yohani 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Simoni Petero, kubera yari afise inkota, arayisokora ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’iburyo+. Uwo mushumba yitwa Malikusi.
10 Maze Simoni Petero, kubera yari afise inkota, arayisokora ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’iburyo+. Uwo mushumba yitwa Malikusi.