Matayo 26:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Mugabo umwe mu bari kumwe na Yezu atuma ukuboko, asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi+. Mariko 14:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ariko umuntu umwe mu bari bahagaze ng’aho asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi+. Luka 22:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umwe muri bo mbere yarakubise umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi kw’iburyo+.
51 Mugabo umwe mu bari kumwe na Yezu atuma ukuboko, asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi+.
47 Ariko umuntu umwe mu bari bahagaze ng’aho asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi+.