Matayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Yohani 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nk’uko Musa yadugije inzoka+ mu gahinga, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kuduzwa+, Yohani 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yamara jewe, ninaduzwa+ ngakurwa kw’isi, nzokwikwegerako abantu b’uburyo bwose+.”
19 bamugabure mu maboko y’abanyamahanga kugira ashinyagurizwe, ashishagurwe yongere amanikwe+, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa+.”