Matayo 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 baraheza bajisha urugori rw’amahwa, barumushira ku mutwe, bamupfumbatisha n’irenga mu kuboko kw’ukuryo. Baza barapfukama imbere yiwe bamushinyaguriza+ bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda+!” Mariko 15:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 baraheza bamwambika icambarwa gisa n’umuyugubwe bongera bajisha urugori rw’amahwa barumushirako+. Luka 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Herodi ari kumwe n’abasoda bamucungira ubuzima aramukengera+, aramushinyaguriza+ mu kumwambika impuzu yakaka, aca amusubiza kwa Pilato.
29 baraheza bajisha urugori rw’amahwa, barumushira ku mutwe, bamupfumbatisha n’irenga mu kuboko kw’ukuryo. Baza barapfukama imbere yiwe bamushinyaguriza+ bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda+!”
11 Maze Herodi ari kumwe n’abasoda bamucungira ubuzima aramukengera+, aramushinyaguriza+ mu kumwambika impuzu yakaka, aca amusubiza kwa Pilato.