Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Gusubira mu vyagezwe 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uze wishirireho umwami Yehova Imana yawe azotora akuganze+. Umwami avuye muri bene wanyu ni we ukwiye kwishiriraho ngo akuganze. Ntuzokwemererwa kwishiriraho umunyamahanga atari mwene wanyu ngo akuganze.
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
15 uze wishirireho umwami Yehova Imana yawe azotora akuganze+. Umwami avuye muri bene wanyu ni we ukwiye kwishiriraho ngo akuganze. Ntuzokwemererwa kwishiriraho umunyamahanga atari mwene wanyu ngo akuganze.