Matayo 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bageze ahantu hitwa Gologota+, ni ukuvuga ngo: Ahantu h’Agahanga, Mariko 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko bamuzana ahantu hitwa Gologota, bikaba bisobanura ngo: Ahantu h’Agahanga+.