Yesaya 53:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Azomuha ikibanza ciwe co guhambwamwo kumwe n’ababisha+, kumwe n’abatunzi mu rupfu rwiwe+, naho ata bukazi yari yarakoze+, kandi akaba ata buhendanyi bwari mu kanwa kiwe+. Luka 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bageze ahantu hitwa Gahanga+, bamumanikaho na za nkozi z’ikibi, imwe iburyo bwiwe, iyindi ibubamfu bwiwe+.
9 Azomuha ikibanza ciwe co guhambwamwo kumwe n’ababisha+, kumwe n’abatunzi mu rupfu rwiwe+, naho ata bukazi yari yarakoze+, kandi akaba ata buhendanyi bwari mu kanwa kiwe+.
33 Bageze ahantu hitwa Gahanga+, bamumanikaho na za nkozi z’ikibi, imwe iburyo bwiwe, iyindi ibubamfu bwiwe+.