Luka 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Hanyuma igihe yari kumwe na bo ku meza, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, atangura kuwubahereza+.
30 Hanyuma igihe yari kumwe na bo ku meza, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, atangura kuwubahereza+.